Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Diamond Ku rutonde rw’abaserukira Africa y’ubuseruko muri BET

$
0
0
Diamond Platnumz agiye guserukira Africa y’ubuseruko ari we nyene muri BET aho azohiganwa n’ibindi bihangage bikomeye vyo muri Africa. Indundi Africa y’ubuseruko Igihe guserukirwa mw’ihiganwa BET Ku mugabane wa amerika n’umuririmvyi Diamond Platnumz akomoka muri Tanzania nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Bongo5 abishikiriza. Diamond Platnumz akaba yashizwe Ku rutonde rw’abaririmvyi bazohiganywa Ku mugabane w Africa aho […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles