Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Harusha|Ibiganiro bigiye gutangura ntibibonwa kumwe n’imirwi izovyitaba

$
0
0
Umwaka urarenga mu gihugu hadutse impairi ku banyepolitique i Bujumbura biturutse ku kiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ivyahavuye bivamwo gusesa amaraso y’inzirakarengane. Umuti uhurizwako na bose n’ibiganiro bidakumira, kur’uhande rw’abatavuga rumwe na Leta ihari bamenyesha ko umuhuza mu matati ashobora kuba ariko arwa mu mutego w’ubutegetsi budashaka ibiganiro nabo batavuga rumwe, kuruhamde rwa Leta […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles