Nk’uko iki kinyamakuru canyu cari cabibashikirije mu misi iheze, hari ku musi wa Mungu igenekerezo rya 8 rusama 2016 aho ishirahamwe ry’abarundi ryitwa “BAHO” risanzwe rikorera Arizona muri Leta zunz’ubumwe za Amerika ryabura abantu babiri (soma ngaha) bikwirikiranya, umwe muri bo gushika n’ubu hakaba hataramenyekana icamwishe, ariko bivurwa ko yoba yakubiswe nabagizi banabi , uwundi nawe […]
↧