Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Ibitaro bikuru vya Mpanda ngo ntibigira utuzu twa Sugumwe dukomeye kuva bikibaho

$
0
0
Ibitaro bikuru vya Mpanda biri mu ntara ya Bubanza, ngo kuva vyubatswe guhera mu mwaka wa 2011, biri n’ingorane zijanye n’utuzu twa sugwumwe aho bamwe bamenyesha ko tutigeze dukora kuva igihe ivyo bitaro vyatangura ibikorwa vyo kuvura ; ivyo bikaba bitorohereza na gato abarwayi ndetse n’abanyagihugu basanzwe baba mu micungararo y’ivyo bitaro. Umunyagihugu yitwa Eric […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles