Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Ibitaro vya Leta y’i Bujumbura ngo ntibikironka imiti bihereza abarwayi

$
0
0
Ikena ry’imiti rimaze imisi ryibonekeza mu bitaro bitandukanye vya Leta mu gisagara ca Bujumbura. Iryo kena ry’imiti rije ryiyongera ku butunzi butari ikirenga bw’ivyo bitaro canecane ngo icatumye haba iryo kena ry’imiti akaba ari amafaranga atagira igitigiri Leta y’Uburundi isanzwe iheraniye ivyo bitaro mu gihugu cose bitumwe n’itegeko ryashinzwe na Leta ryo gutanga imiti ku […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles