Quantcast
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Umunyamabanga mukuru wa CIRGL ngo yoba yirukanywe mu Burundi

Amakuru aguma azunguruka guhera ejo haheze anuganuga ko umunyamabanga mukuru wa CIRGL, umushingantahe Ntumba Luaba, yoba yahakaniwe na Leta y’Uburundi kubandanya arangurira imirimo yiwe mu Burundi bimwe bakunze kwita “persona non grata” mu rurimi rw’ikiratini. Ariko Leta y’Uburundi, ibicishije ku mushikiranganji w’imigenderanire y’igihugu n’ayandi makungu, yamenyesheje ko ari ugushikuza ; ngo nta baruwa rirandikwa rijanye nivyo, […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles