Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Ikirangamisi c’ibiteramo Fortran agiye gukora camaze gusohoka

$
0
0
Ikirangamisi c’ingendo umuririmvyi Fortran Bigirimana agiye gukora camaze gushirwa ahabona, ivyo kikaba biboneka Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Indundi Uwo muririmvyi inyuma y’ukumenyesha ko afise ibiteramo bitaro bike ariko arategura gukora hirya no hino kw’isi, yahavuye ashikiriza ibiteramo bitaro bike azokora hamwe n’amagenekerezo azobikorerako. Ubu akaba abarizwa muri Denmark aho azokora ibiteramo bibiri Ku ma […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles