Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Mahama|Umusi mukuru wa Pentekoti wazananye n’imibabaro

$
0
0
Mu gihe abakristu bo kw’isi yose bari baramukanye umunezero mwishi wo kwigina umusi mukuru wa pentekoti, impunzi z’abarundi zituye mw’ikambi y’impunzi iri mu Gihugu kibanyi c’Urwanda neza na neza mw’ikambi ya Mahama, bo ntibahavuye bawuhimbaza neza nkuko vyari bitegekanijwe. Mu gihe c’umuhingamo aho bamwe bamwe bariko bategura utwo baza gusabikanya n’abazoba bavuye gusenga niho bumva […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles