Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Igihugu c’Uburusiya gisabwa kugira imigenderanire ikomeye hamwe n’Uburundi

$
0
0
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yarakiriye mu biro vyiwe intumwa ya Perezida w’igihugu c’Uburusiya Vradimir Poutine ejo haheze igenekerezo rya 14 rusama uwu mwaka. Nk’uko tubishikirizwa n’icegera c’umuvugizi wa Perezida, umushingantahe Jean Claude KARERWA, ngo iyo ntumwa y’igihugu c’Uburusiya, azwi kw’izina rya Mikhael Bogdanov yaje azanye ubutumwa bw’indamutso hamwe n’ukumenyesha ko Uburusiya bufashe mu mugongo Uburundi […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles