Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Abasore bagera kuri batanu bahagaritswe n’igipolisi muri Mugamba

$
0
0
Abo basore bafashwe n’igipolisi igihe cari cazindukiye mu bikorwa vyo gusaka ku mitumba ya Gakaranka na Mukike iri muri komine Mugamba; intara ya Bururi, mu gatondo ko kur’uwu wa gatanu igenekerezo rya 13 rusama uwu mwaka. Abanyagihugu bo kuri iyo mitumba bamenyesha ko abo bapolisi bari begeranije abantu benshi kuko ngo harimwo abaronderwa. Igipolisi co […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles