Amakuru dukura mw’Ishirahamwe ry’Abarundi ryitwa ” BAHO” baba muri Arizona muri Reta zunzubumwe za Amerika amenyesha yuko Abarundi babiri bari muri uwo muryango bosa bitavye Imana bikwirikaranya yamara mu buryo butandukanye. Nkuko bivurwa rero , uwa mbere yitavye Imana ni nyakwigendera Filipo BARAMPAMA,umuhumure yari afise imyaka yababa 60; nawe ngo gushika ubu akaba atawuramenya icamwishe […]
↧