Kuva ku munsi w’ejo ku wa mbere abakinyi w’umugwi wa Buja City isanzwe yegukira igisagara ca Bujumbura, barafashe ingingo y’ukudakina urukino rwa nyuma rwa Championnat ya Primus Ligue kuko hari ivyo basaba batarashobora kuronswa. Ku makuru twahawe n’umwe mu bakinyi b’uyo mugwi atashimye kuja ahabona, yemeza ko bamaze amezi agera ku ndwi bataronswa agashahara kabo, […]
↧