Ingorane ziri mu bisata vya politike hamwe n’umutekano mu Burundi, ngo nivyo bituma abategetsi b’Uburundi badashaka ko haba ibiganiro bihurikiyemwo bose. Ico n’iciyumviro c’icegera c’uwurongoye umugambwe w’abadasigana UPRONA usanzwe utemewe na Leta y’i Bujmbura, umushingantahe Evariste NGAYIMPENDA. Uwo mushingantahe abandanye amenyesha ko Leta y’Uburundi itigera yerekana akigoro ifise mu kwemera kuganira n’abo badasanzwe bavuga rumwe, […]
↧