Nkuko twari twabitohoje tukongera tukabibamenyesha, Umushikirizamanza Gashusho Prosper asanzwe ari icariho c’umushikirizamanza wa Parike ikukira Sentare Isubiramwo imanza mu gisagara ca Bujumbura, abandanya amenyesha ko ubuzima bwiwe bushobora kuhasigara akanya n’akanya afatiye ku bihangange ngo bimuhanze ijisho nk’intambwe zihahamiye inyama. Nkuko rero nyene twari twabibamenyesheje, intango y’ibi vyose bigira bihave bimukwegere akarambaraye ngo yabaye i […]
↧