Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Umwe bivurwa ko yishwe, babiri nabo bikavurwa ko biyahuye i Muyinga

$
0
0
Umuntu umwe wo mu bwoko bw’Abatwa yagiye gutorwa ari ikiziga ,ku musi wa kabiri  igenekerezo rya 24 Rusama 2016 inyuma y’indwi yose yari yarazimiye, maze atorwa mu gashamba kari ku musozi Rutoke , Komine n’Intara ya Muyinga. Mu kiringo rero ikiziga ciwe cari camaze gutorwa kandi casa n’icamaze kuba nabi, Abatwa bagenzi we bari barahiye […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles