Ukubaho ku musi ku musi kw’urwaruka rw’Abarundi bataronse amahirwe y’ukuronka akazi nabo ngo bahembwe nk’abandi, kuratandukanye ufatiye ko baba mu gihugu hagati canke ku baba mu bisagara. Duhereye ku baba mu gihugu hagati, bobo umuntu yogira ati na mitende ku vyereke utwo baterera mu nda, kubera ko hariya bigoye kubona uworara adakojeje intoke ku munwa. […]
↧