Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|I Muyinga ,abana b’abanyeshure baheba amashure ku rugero ruteye ubwoba.

$
0
0
Muri uwu mwaka w’ishure ugiye kurangira gusa abategetsi bajejwe indero mu Ntara ya Muyinga bamenyesha ko abana bagera ku bihumbi icumi vyose( 10.000) aribo bamaze kumenyekana ko bataye amashure bagasubira mu mihana yabo kurima. Muri abo rero ibihumbi 10, ngo abashika ibihumbi 7( 7000) bose  bahevye amashure mu gice ca mbere c’umwaka, ishure ariho rigitangura, […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles