Libérat Mpfumukeko umunyamabanga w’ishirahamwe EAC akaba yagenywe n’igihugu c’uburundi ngo agiserukire mur’uwo muryango bamwibazako vyinshi ku ruhara rwiwe mu biganiro vyatanguye i Arusha. Indundi Mu gihe bamwe bavuga ko ariwe ariko abera intambamyi umuhuza mu gikorwa co guhuza impande zose, abandi bavuga ko naho yoba ataco yakoze cobera intambamyi ibiganiro ikibanza arimwo kidahumuriza bati nti yoja mubariko […]
↧