Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Indundi Sports|Niyonsaba arashimira abo bose bamuguma hafi mu kazi kiwe [Audio].

$
0
0
Ku munsi w’ejo ku mugoroba niho umunonotsi w’umurundikazi Francine Niyonsaba yakirwa n’iteka rikomeye mu muryango w’abanonotsi wa hano mu Burundi. Mu Birori vyabereye aho bita kuri Hubiscus, aho hari hakoraniye abantu benshi baje gufata mugongo uyo mwigeme, kabaye akaryo kuri we gushikiriza umunezero ntangere ku ntambwe agezeko na cane cane umudali w’inzahabu yatahukanye mu kwezi […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles