Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Indundi Sports |Imbere ya Jeux Olympiques aziruka mu Bufaransa na Espagne[Audio].

$
0
0
Muri ivyo birori vyo kwakirana iteka Francine Niyonsaba, abandi banonotsi b’abarundi bakorerera ku mugabane wa Bulaya niho bari bishikiye. Olivier Irabaruta nawe n’umwe mu barundi bimenyerereza mu gihugu c’Ubutaliyano. Muri kino akaba ari hano mu gisagara ca Bujumbura, inyuma y’aho nawe aronkeye uruhusha rw’ukuja muri Jeu Olympiques nawe ku metero ibihumbi icumi. Muvyo yashoboye kutuganirira […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles