Kuri uno munsi wa gatandatu, hategekanijwe urukino mu cicaro ca kabiri hagati y’imigwi ibiri ikurukirana ku rutonde rwa Championnat y’icicaro ca kabiri. Flamengo umugwi ugira kabiri mw’itsinda rya mbere inyuma ya Les Lierres ufise ikibanza ca mbere, imigwi yose yaheruka gutsindwa ku ndwi ya 10 y’ihiganwa. Muri iyo ntumbero twavuganye n’umwe mu bakinyi bakiri bato […]
↧