Kwanka ibiganiro bibera hanze, kurondera ikigongwe c’ikivunga kuvyaha vyakozwe haba kwica abantu n’ugusahura itunga ry’igihugu, hamwe no guhindura ibwirizwa shingiro niyo ntumbero y’ibiganiro bibera mugihugu nkuko bishikirizwa na Léonce Ngendakumana. Agathon Rwasa we amenyesha ko atari ibiganiro bihuza bose kuko atawoza kw’itaba ibiganiro afise umutahe umukurikirana……… […]
↧