Nk’uko twari twabibabwiye mu minsi iheze hano, n’uko umurundi asanzwe afise amamuko yo ku mugabane wa Bulaya Rudi Cantanhende afashijwe na Bruno Cantanhende, bari bitavye amahiganwa y’ugusiganwa n’imiduga mu gihugu c’ubufaransa mw’ihiganwa rya Rallye Terre Dios 2016. Mu bashoboye guhiganwa bagera kuri 117 , abagera kuri 52 nibo bashoboye kurangiza amahiganwa, abaserukiye igihugu cacu bakaba […]
↧
#Indundi Sports|Rallye: Rudi na Bruno Cantanhende mu kibanza ca 13 mw’ihiganwa ryabera mu Bufaransa.
↧