Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live

#Burundi|Gaston Sindimwo ati Leta yamye iganira kandi izobandanya iganira

Icegera cambere  c’umukuru w’igihugu Gaston sindimwo mu bikorwa rusangi vyo kur’uwu wa 28 Rusama(05) vyabereye mu  gisagara ca Bujumbura, yamenyesheje  abanyagihugu batahunze  ko bokwubaka aribo bazoha...

View Article


#indundi | Kamoso na Jay Polly mu ndirimbo yabo nshasha

Kamoso na Jay polly bariko bakora indirimbo irimwo amajambo yo guhimbaza Imana n’inyigisho zisubizamwo intege. Indundi Mu gatondo ko kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 29 tusama niho umuririmvyi Eddy...

View Article


#indundi | Bizos na Alan Kiss bazanye iyindi ndirimbo nshasha

Indirimbo nshasha yiswe s’isi ngo niyo iriko irategurwa ngo ishirwe ahabona n’umuririmvyi Bizos arikumwe na Alan Kiss. Indundi Indirimbo ngo itari iy’urukundo ngo niyo iriko irategurwa neza ngo ishirwe...

View Article

#indundi | Malayika Murinzi niyo ndirimbo nshasha ya Tom Close

Indirimbo Malayika Murinzi niyo Tom Close aheruka gusohora, ubutumwa ahanini bugahabwa Umugore wiwe n’abandi bose baguwe neza mu rukundo.  Indundi Malaika murinzi wanje n’akaririmbo gashasha...

View Article

#Burundi|PARCEM iti Kirundo yakoze ibidakorwa

Uburundi buri mu bihugu vya mbere bishonje kw’isi, busanzwe bufise  kandi abanyagihugu bafungura ama calories make mu karere buhurereyemwo. Mu gihe  amata yarakenewe gose,  intara ya kirundo yakoze...

View Article


#Indundi Sports|Rallye: Rudi na Bruno Cantanhende mu kibanza ca 13...

Nk’uko twari twabibabwiye mu minsi iheze hano, n’uko umurundi asanzwe afise amamuko yo ku mugabane wa Bulaya Rudi Cantanhende afashijwe na Bruno Cantanhende, bari bitavye amahiganwa y’ugusiganwa...

View Article

#Burundi|I gerenade zibiri nizo zaraye zitewe i Bujumbura mu bibanza binyuranye

Nkuko bishikirizwa n’umuvugizi w’Igipolisi, Petero Nkurikiye, ibisasu bibiri vyitwa ”gerenades” nivyo vyaraye bitewe mu gisagara ca bujumbura mu bibanza bitandukanye mw’ijoro ry’uwa 28 ushira 29 Rusama...

View Article

#Indundi Sports| Yitezwe gusinya muri Vital’o FC nk’umumenyereza mukuru, kuri...

Hans Michael Weis, umudagi yari amaze indwi yose hano mu gisagara ca Bujumbura ariko arumvikana n’indongozi z’umugwi wa Vital’o FC. Ku makuru adushikira kuva ku munsi wa gatandatu, n’uko uyo mugabo...

View Article


#Indundi Sports|Intumbero y’inama ya bose muri FVB yabaye ku munsi w’ejo [Audio]

Ku munsi w’ejo niho mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Volley Ball hano mu Burundi, hatunganywa inama ya bose na cane cane abaje baserukira amashirahamwe yo mu ntara hagati. Nk’uko twabishikirijwe na...

View Article


#indundi radio live with KING YANN COOL Wednesday,25 may

Kurikirana ibiganiro vyaciye kuri indundi radio Live mu gihe umunyamakuru KING YANN COOL ariwe yariko arakora muri ako kanya.Indundi Mu kiringo c’amasaha atatu yamaze kuri micro yaravuze ku bijanye...

View Article

#indundi | Peace and Love irigiye gusohora indirimbo iri mu giswahiri

Inyuma ya Connection umurwi Peace and Love igiye gusohora indirimbo iri mu giswahiri yitwa Mtu wangu. Indundi Indirimbo nshasha y’umurwi Peace and Love ngo iriko irategurwa gushirwa ahabona nkuko...

View Article

#indundi | Nyibuka ya Peter Niyo igiye gushirirwa amasanamu ahabona

Nyibuka indirimbo yateye impari hagati ya lolilo na Peter Niyo igiye gushirwa ahabona amasanamu. Indundi Indirimbo yateye impari nyinshi hagati y’umuririmvyi Peter Niyo na Lolilo ariyo NYIBUKA igiye...

View Article

#Burundi|Abatware nibo baza imbere mu kurya ibiturire no kunyuruza itunga rya...

Umushikiranganji ajejwe intwaro ibereye n’imigambi ya Leta Serge Ndayiragije araterakama abajejwe intwaro kubera abandi akarorero mu kurwanya abary’ibiturire n’abanyuruza itunga ry’igihugu. Serge...

View Article


#indundi | Inyuma ya Melody, Mt Number one agiye gusohorera Akabonge amasanamu

Amasanamu y’indirimbo Akabonge nshasha ya Mt number one agiye gushirwa ahabona inyuma ya y’indirimbo Melody. Indundi Mu gihe gito Mt Number one asubiye mu leta zunze ubumwe za amerika avuye i Burundi...

View Article

#Indundi Sports | Gakeme yaraye yegukanye ihiganwa ry’imigwi y’abanonotsi ku...

K’uyu wa 29 Rusama(05) mu gihugu ca Turquia, umurindi Antoine Gakeme yaraye atwaye umudali w’inzahabu ku metero amajana umunani (8oom),bikaba bibandanya vyerekana umwete n’ubwira abanonotsi b’abarumdi...

View Article


#indundi | Assinah yasobanuye impamvu yambaye ikanzu yerekana uduhuzu two musi

Igituma yambaye impuzu benshi bavuga ko zitajanye n’umuco nyarwanda ngo nuko yashaka kujanisha n’ikibanza yararimwo, ivyo vyashikirijwe na Assinah umuririmnvyikazi w’umunyarwanda. Indundi Inyuma...

View Article

#Burundi|Ba rusenyanzugi bararembeje abanyagihugu mu Ntara ya Bubanza

  Nkuko tubikura mu kinyamakuru Isanganiro catohoje iyo nkuru, ba rusenyanzugi ngo bararembeje abanyagihugu bo mu Ntara ya Bubanza nkuko bagaiye barabishikiriza mu mana ajejwe umutekano. Umwanya umwe...

View Article


#Burundi|Abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro bati Nta nguvu...

Kuruw’uwu wa 30 Rusama(05) umusi wambere ugira ka 4 abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro bitiriye uwambere wirabura bahamagaririra  abavyeyi kutemera kuguma bahekurwa barorera. Abo bavyeyi...

View Article

#Burundi|Isakwa ry’ ibirwanisho ribera mu gisagara ca Bujumbura rirangwa...

Isakwa ry’ibirwanisho rikunze kubera mu ma karatiye yiyamirije biboneka ikiringo ca Petero Nkurunziza  kinyuranye n’amategeko ngo n’akarenganyo bakorerwa kuko ama Karitiye nka Kinama na Kamenge yama...

View Article

#indundi | Iry tina yashize ahabona ico yipfuza imbere yuko akora launch ya...

Iry tina yizera ko igihe c’ugushira ahabona urukurikirane Kigwerawa azoba yamaze gukora ayandi masanamu menshi yiyongera kuri 6 amaze gukora. Indundi Igihe umuririmvyikazi Irenee Laura aheruka mu...

View Article
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live