Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Indundi Sports | Gakeme yaraye yegukanye ihiganwa ry’imigwi y’abanonotsi ku mugabane wa Bulaya.

$
0
0
K’uyu wa 29 Rusama(05) mu gihugu ca Turquia, umurindi Antoine Gakeme yaraye atwaye umudali w’inzahabu ku metero amajana umunani (8oom),bikaba bibandanya vyerekana umwete n’ubwira abanonotsi b’abarumdi bariko baragaragaza imbere y’uko amahiganwa mpuzamakungu ya Jeux Olympiques atangura mu kwezi k’umunani muri Brazil. Antoine Gakeme akaba ari mugihugu ca Espagne aho asanzwe akorera imyimenyerezo, akaba mu kwezi kwa […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Latest Images

Trending Articles



Latest Images