Ku munsi w’ejo niho mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Volley Ball hano mu Burundi, hatunganywa inama ya bose na cane cane abaje baserukira amashirahamwe yo mu ntara hagati. Nk’uko twabishikirijwe na Rwakiranya Louis asanzwe ariwe arongoye iryo shirahamwe han mu Burundi, ndetse akaba arongoye akarere ka gatanu muri urwo rukino kagizwe n’ibihugu cumi na kimwe: “intumbero y’iyo […]
↧