Ku musi wa gatandatu uheze, igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2018 ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije ku ndwi ya 25. Uku niko batsindanye: – Isaha 15h 30 : Etoile du sable Vs Kanyosha B 3-2. – Isaha 16h 00 : Mikimba Beach Vs Deira Beach 7-6. Ku musi w’Imana igenekerezo rya 11 Ruhuhuma umwaka […]
↧