Igenekerezo rya 12 Ruhuhuma uko umwaka utashe harahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya indwara y’intandara. Uwu mwaka, uwo musi mukuru waraye uhimbajwe kw’isi mu gihe mu Burundi hakiriho ikibazo kijanye no kuronka imiti ivura iyo ndwara. Kubwa Jean Pierre Nshimirimana aserukira imbere y’amategeko ikigo citaho kurwanya indwara y’intandara, ngo iyo miti nka yose iva mu mahanga […]
↧