Mu gihe hasigaye amezi agera kuri ane gusa ngo igikombe c ‘isi mu mupira w’amaguru ngo gitangure mu gihugu c’Uburusiya , abahagarikizi bo muri Afrika bagiye gutorwamwo abazohagarikira ico gikombe bamenyekanye. Muri urwo rutonde hakaba harimwo umuhagarikizi wo ku ruhande Birumushahu Claude wa hano mu Burundi. Abahagarikizi bo hagati mu kibuga bagera kuri batandatu, abo […]
↧