Karaye kabaye akamaramaza mu kutabona canke kwakira kumwe indirimbo ya B face yise “hitamwo”. Hari abavuga ko B Face yataye umuco w’abakora umudiho wa hip hop abandi ngo yavuze ukuri kuko ivyo yavuze bibona benshi naho ngo bari babuze aho babivugira Ni mu gihe muri iyo ndirimbo B Face avugamwo amazina y’abaririmvyi nka Big Zoé, […]
↧