Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

FIFA: Uburundi bwagumye mu kibanza c’143 ku rutonde rwa Ruhuhuma.

$
0
0
Uko  buri kwezi gutashe, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA, rirashira ahabona urutonde rw’ibihugu uko bikurikirana ku mugabane mpuzamakungu bivanye n’amaota bifise. Uburundi mu kibanza c’143, bukaba butakorotse canke ngo buduge. Ku rutonde rwari rwasohotse mu kwezi kwa Nzero, Uburundi bwari muri ico kibanza nyene n’amanota 200. Bivanye n’uko ata nkino mpuzamakungu ku migwi nserukirabihugu zabaye […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles