Nkuko twama tubigarukako kandi tutazohengeshanya, abanhinga bose barahurije ku kijanye n’uko umuntu wese ashaka gushika kure ategerezwa kuba afise imigambi yanditse. None woba waramaze gutegekanya ico uzoba uri mu myaka icumi iza? Kimwe mu mahirwe ufise umenye ko ari ubwo bushobozi wahawe bw’ukurota. Ico nico kigutandukanya n’ibindi bikoko kubera ko ufise ubushobozi bw’ukurota. Urafise ubushobozi […]
↧