Indirimbo zine zose Mkombozi agiye gukora azozikorana n’abanyarwanda muri uno mwaka. Indirimbo zitatu canke zine ngo nizo Mkombozi agiye gushira ahabona muri uno mwaka. Izo ndirimbo nkuko yabishikirije ikinyamakuru cacu ngo zizoba zikozwe ahanini ngo arondere Fans mu gihugu c’urwanda. Uwo muririmvyi atakiri mu gihugu ciwe c’amavukiro yabandanije amenyesha ko agiye gukorana izo ndirimbo zose […]
↧