Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live

#indundi | Abarundi bemeye kurungika inteko zo kugarukana umutekano mu...

Abarundi batari bake bazindukiye mu mabarabara ya Bujumbura mu myiyerekano yo kwiyamiriza Ibihugu vy’ ubufaransa n’Urwanda nkuko biboneka Ku nyandiko bari bitwaje zagiye zivyerekana. Kuri izo mpapuro...

View Article


#indundi | Mkombozi agiye gukorana n’abanyarwanda

Indirimbo zine zose Mkombozi agiye  gukora azozikorana n’abanyarwanda muri uno mwaka.  Indirimbo zitatu canke zine ngo nizo Mkombozi agiye gushira ahabona muri uno mwaka. Izo ndirimbo nkuko...

View Article


#Indundi Sports|Stoke City na Wes Brom Wich Albion ntibahuza kuri Berahino.

Haheze igihe c’indwi zigera kuri zibiri, umugwi wa Stoke City biciye ku mumenyereza wabo Mike Hughes ko amenyesheje ko bakeneye umusore Berahino Saido. Ku makuru yandikwa n’ikinyamakuru co mubwongereza...

View Article

#indundi | Ugukora indirimbo kwa Aron navyo vyoba biri mu bigiye gukorwa na...

Kidum ari I Kigali ubwa gatatu mu kwezi kumwe aho yitabiriye ubukwe akagirako akora igiteramo muri K Club. Nimbona Jean Pierre Kidum yamaze gushika kigali mu Rwanda aho bivurwa ko yoba yitavye ubukwe...

View Article

#Indundi Sports|UBA: Punjab Steelers ya Bryan Kavakure yihoye Chennai Slam...

Kuni uno munsi  wa gatandatu mw’ihiganwa rya Basket Ball mu gihugu c’Ubuhindi ryitwa  UBA Pro Basketball League, umuwi ukinamwo Bryan Kavakure wa Punjab Steelers, batsinze urukino bitoroshe ku manota...

View Article


#indundi | Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo muri Tanzania

Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania aho bavuga Ku ndirimbo yiwe nshasha aheruka gushira ahabona. Babbi yabonetse muri imwe mu numero ya kimwe mu binyamakuru vyo mu...

View Article

Justin Bieber yoba yahakanye kuja muri Film kubera aho bamusaba kuryamana...

Ugusabwa ko akina aryamana n’uwundi muhungu nico coba catumye Justin Bieber areka gukina Film yari yahanagariwe.  Umuririmvyi Justin Bieber ngo yoba yahakanye kuja muri Film bari bamuhamagariye kujamwo...

View Article

#Indundi Sports|Nike yashize ahabona impuzu abanonotsi b’abarundi bazambara...

Mu minsi itarenze itandatu, inkino za Jeux Olympiques zigatagura, abakinyi baserukira ibihugu bitandukanye bamaze gushika muri Brezil. Abanonotsi ba hano iwacu basanzwe bazambikwa n’ishirahamwe rya...

View Article


#indundi | Amafoto| Clement na Knowless basezeranye imbere y’amategeko

Imbere y’amategeko guhera uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 mukakaro Clement na Knowless babaye umugabo n’umugore.  Umuririmvyikazi Butera Jeanne azwi nka Knowless na Clement ari nawe manager wa...

View Article


#Indundi Sports|Punjab Steelers na Bryan Kavakure batahiye umudali w’ifeza...

Inyuma y’ugutsinda urukino rwa kabiri ku munsi w’ejo, umugwi wa PunJab Steelers wa Bryan Kavakure, watsindiwe mu rukino rwagatatu rutandukanya iyo migwi ariyo final ya nyuma ku manota agera kuri 69-59....

View Article

#Burundi|Umucamanza yafashwe n’igipolisi mu Ntara ya Cibitoke.

  Kur’uyu w’Imana itariki 31 Mukakaro 2016, Bukuru Callixte umucamanza muri Sentare nkuru y’Igihugu  mu ntara ya Cibitoke, yoba yahagaritswe n’igipolisi inyuma y’umutaga w’uwu musi nyene, mu bunywero...

View Article

#indundi | Indirimbo nshasha ya Chris d na Elvin Boy buca ija ahabona

Indirimbo y’umuririmvyi Chris d na Elvin Boy ishobora gushirwa ahabona mu misi ya Vuba cane.  Aho bukera umuririmvyi Chris D ngo bica ashira ahabona imwe mu ndirimbo zitari nke afise zimaze guheza...

View Article

#Indundi Sports|Mbega bazoshika Rio ryari???

Hasigaye iminsi itarenga  ine ngo inkino za Jeux Olympiques ngo zitangure , bamwe mu banonotsi b’ abarundi bazitabira izo  nkino  baracari hano mu gihugu, mu gihe ayo mahiganwa azotangura ku munsi wa...

View Article


#Burundi|Iburana ry’abagirizwa kugandagura Ltn Gnl Nshimirimana Adolphe

  Kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Myandagaro 2016;  abasoda 5 hamwe n’abapolisi 3;bagirizwa kuba baragandaguye nyakwigendera Lieutenat General Nshimirimana Adolphe  niho barengutswa imbere y’Intahe...

View Article

#Burundi| Abantu bitwaje ibigwanisho bicira umuriro,i Gihanga

K’umugoroba w’ejo kuw’Imana itariki 31 Myandagaro 2016, kw’ibarabara rya 3,muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza; abantu bitwaje ibigwanisho bararashe imodoka yo mu bwoko bwa Fuso haca hakomereke...

View Article


#indundi | Kidum yakoranye indirimbo n’umurwi 3 Hills none bayikoreye amasanamu

Kidum I Kigali yashimye kuhakora amasanamu y’indirimbo Vimba Vimba yakoranye n’umurwi 3 Hills Hope arimwo.  Kidum Kibido kibuganizo I Kigali ntiyahashitse ngo akore ibiteramo gusa ahubwo ngo yaragiye...

View Article

#indundi | Inyuma y’ugusohoka indirimbo Na Sat-b, Iry Tina ashobora gukora...

Hampande y’ugushira ahabona indirimbo yiwe nshasha ngo yoba ashaka gukora ibiteramo I Bujumbura cokimwe no hagati y’igihugu. Keya ngo niko karirimbo gashasha k’umuririmvyikazi Iry Tina yakoranye na...

View Article


#rwanda | Knowless ngo yatumye bamwe mu bakunzi b’umuziki wiwe bakubitwa

Knowless ngo yarakiye kwikubita agashi ntasuzugure abasanzwe ari abamushikanye ahageze kuko aribo yikorako iyo hageze amatora.  Mu gihe Ku musi wa gatandatu abaharurwa ku ntoke ngo aribo  bitavye...

View Article

#Burundi|Oumbusman Mohamed Rukara ngo ntabwo yari yahunze namba!

      K’uruyu w’Imana igenekerezo rya 31/08/2016, Omboudsman Muhamed RUKARA niho yashika ngaha i Bujumbura , igihe yaravuye mu gihugu c’ububirigi aho yari yajanwe n’ibijanye n’amagara yiwe. Igihe...

View Article

#Burundi|Un an après, retour sur l’agression du correspondant de RFI

Le 2 août 2015, le correspondant de RFI au Burundi, Esdras Ndikumana se rend sur les lieux de l’assassinat d’un proche du président, le général Adolphe Nshimirimana, l’un des piliers du système...

View Article
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live