Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Abantu bitwaje ibigwanisho bicira umuriro,i Gihanga

$
0
0
K’umugoroba w’ejo kuw’Imana itariki 31 Myandagaro 2016, kw’ibarabara rya 3,muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza; abantu bitwaje ibigwanisho bararashe imodoka yo mu bwoko bwa Fuso haca hakomereke abantu 2 bariko barashaka kunyaga amagara. Kubw’isoko ry’amakuru ry’aho nyene, rimenyeshako iyo modokari yarije iva mu Ntara ya Cibitoke ngo kandi ko abo bagwanyi bari  bambaye impuzu z’igisirikare, baje […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles