Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Oumbusman Mohamed Rukara ngo ntabwo yari yahunze namba!

$
0
0
      K’uruyu w’Imana igenekerezo rya 31/08/2016, Omboudsman Muhamed RUKARA niho yashika ngaha i Bujumbura , igihe yaravuye mu gihugu c’ububirigi aho yari yajanwe n’ibijanye n’amagara yiwe. Igihe yashika ngaha ku kibuga c’indege ca Bujumbura, yakiriwe n’inzego zitandukanye hamwe n’abo bakora mu gisata arongoye,ibirori vyo kumwakira  bikaba vyaciye bibandaniriza mu nyubakwa za “Fondation Salama”. […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles