Abarundi batari bake bazindukiye mu mabarabara ya Bujumbura mu myiyerekano yo kwiyamiriza Ibihugu vy’ ubufaransa n’Urwanda nkuko biboneka Ku nyandiko bari bitwaje zagiye zivyerekana. Kuri izo mpapuro bakaba hari handitseko ko abafaransa bakeneye abajejwe umutekano gusumba Uburundi kubera yaheruka gupfa abantu barenga ijana mu gisagara ca Nice. Izo mpapuro nyene zikaba zisaba ubufaransa ngo butange […]
↧
#indundi | Abarundi bemeye kurungika inteko zo kugarukana umutekano mu Bufaransa nkuko babikora ahandi
↧
#indundi | Mkombozi agiye gukorana n’abanyarwanda
Indirimbo zine zose Mkombozi agiye gukora azozikorana n’abanyarwanda muri uno mwaka. Indirimbo zitatu canke zine ngo nizo Mkombozi agiye gushira ahabona muri uno mwaka. Izo ndirimbo nkuko yabishikirije ikinyamakuru cacu ngo zizoba zikozwe ahanini ngo arondere Fans mu gihugu c’urwanda. Uwo muririmvyi atakiri mu gihugu ciwe c’amavukiro yabandanije amenyesha ko agiye gukorana izo ndirimbo zose […]
↧
↧
#Indundi Sports|Stoke City na Wes Brom Wich Albion ntibahuza kuri Berahino.
Haheze igihe c’indwi zigera kuri zibiri, umugwi wa Stoke City biciye ku mumenyereza wabo Mike Hughes ko amenyesheje ko bakeneye umusore Berahino Saido. Ku makuru yandikwa n’ikinyamakuru co mubwongereza ca Express casohotse kuri uno wa gatandatu, kiramenyesha ko umugwi wa Stoke City wamaze kugabisha Wes Blomwich Albion ko mugihe batokwihutira gutanga uyu musore Berahino bashobora […]
↧
#indundi | Ugukora indirimbo kwa Aron navyo vyoba biri mu bigiye gukorwa na Kidum i Kigali
Kidum ari I Kigali ubwa gatatu mu kwezi kumwe aho yitabiriye ubukwe akagirako akora igiteramo muri K Club. Nimbona Jean Pierre Kidum yamaze gushika kigali mu Rwanda aho bivurwa ko yoba yitavye ubukwe bw’umwe Bantu bakomeye. Kidum ashitse I Kigali Ku Ncuro ya gatatu mu kwezi kumwe gusa, uwo muririmvyi akaba yaje I Kigali muri […]
↧
#Indundi Sports|UBA: Punjab Steelers ya Bryan Kavakure yihoye Chennai Slam (83-81).
Kuni uno munsi wa gatandatu mw’ihiganwa rya Basket Ball mu gihugu c’Ubuhindi ryitwa UBA Pro Basketball League, umuwi ukinamwo Bryan Kavakure wa Punjab Steelers, batsinze urukino bitoroshe ku manota 83-81 ku kibuga ca Balewadi sports complex mu gisagara ca Punj . Bryan Kavakure yahora arwaye atakinye mu rukino rwa mbere rwa final ihuza iyo migwi, […]
↧
↧
#indundi | Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo muri Tanzania
Babbi yabonetse muri kimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania aho bavuga Ku ndirimbo yiwe nshasha aheruka gushira ahabona. Babbi yabonetse muri imwe mu numero ya kimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania vyasohotse muri ino ndwi. Muri ico kinyamakuru bakaba bamenyesha ko aheruka gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Fellow me yakoreye […]
↧
Justin Bieber yoba yahakanye kuja muri Film kubera aho bamusaba kuryamana n’umuhungu
Ugusabwa ko akina aryamana n’uwundi muhungu nico coba catumye Justin Bieber areka gukina Film yari yahanagariwe. Umuririmvyi Justin Bieber ngo yoba yahakanye kuja muri Film bari bamuhamagariye kujamwo kubera igice kimwe c’iyo Film aho bamwerekana aryamana n’uwundi muhungu. Iryo reresi Justin yarahamagawemwo ngo ryitwa Uber Girl aho Atari yahamagawe wenyene kuko harikuzamwo Selena Gomez yigeze […]
↧
#Indundi Sports|Nike yashize ahabona impuzu abanonotsi b’abarundi bazambara muri JO.
Mu minsi itarenze itandatu, inkino za Jeux Olympiques zigatagura, abakinyi baserukira ibihugu bitandukanye bamaze gushika muri Brezil. Abanonotsi ba hano iwacu basanzwe bazambikwa n’ishirahamwe rya Nike nabo bamaze kuronka ivya nkenerwa vyose. Muri kino gihe abo banonotsi bagera kw’icenda bitegekanijwe ko bazoshika muri Brezil ku munsi wa gatatu mu gihe barikurira indege bava hano mu […]
↧
#indundi | Amafoto| Clement na Knowless basezeranye imbere y’amategeko
Imbere y’amategeko guhera uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 mukakaro Clement na Knowless babaye umugabo n’umugore. Umuririmvyikazi Butera Jeanne azwi nka Knowless na Clement ari nawe manager wa Jeanne banditswe bemeranya kubana ubuzima bwabo bose mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu. Ku murenge (commune) wa Remera Niho Haba Clement canke Jeanne bamanitse amaboko […]
↧
↧
#Indundi Sports|Punjab Steelers na Bryan Kavakure batahiye umudali w’ifeza inyuma ya Chennai Slam muri UBA.
Inyuma y’ugutsinda urukino rwa kabiri ku munsi w’ejo, umugwi wa PunJab Steelers wa Bryan Kavakure, watsindiwe mu rukino rwagatatu rutandukanya iyo migwi ariyo final ya nyuma ku manota agera kuri 69-59. Ikaba rero rwari urukino rugira gatatu. Umugwi wa mbere wa Chennai Slam rero ukaba waciye uronka amahera angana n’amadolari ibihumbi icumi n’imidali y’inzahabu mu […]
↧
#Burundi|Umucamanza yafashwe n’igipolisi mu Ntara ya Cibitoke.
Kur’uyu w’Imana itariki 31 Mukakaro 2016, Bukuru Callixte umucamanza muri Sentare nkuru y’Igihugu mu ntara ya Cibitoke, yoba yahagaritswe n’igipolisi inyuma y’umutaga w’uwu musi nyene, mu bunywero buraho kumugwa mukuru w’iyo ntara, aho bivugwako yoba yariko arivuna akanyota, inyuma yaho atorokanywe n’umufungwa yari yasabiye uruhusha ngo babe barivunira hamwe akanyota ku musi wa gatanu […]
↧
#indundi | Indirimbo nshasha ya Chris d na Elvin Boy buca ija ahabona
Indirimbo y’umuririmvyi Chris d na Elvin Boy ishobora gushirwa ahabona mu misi ya Vuba cane. Aho bukera umuririmvyi Chris D ngo bica ashira ahabona imwe mu ndirimbo zitari nke afise zimaze guheza gukorwa ariko zitarasohoka. Mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine yamenyesheje ko iyo ndirimbo nayo itaramenyekana ariko uzoba ari imwe muzo bakoranye na Elvin […]
↧
#Indundi Sports|Mbega bazoshika Rio ryari???
Hasigaye iminsi itarenga ine ngo inkino za Jeux Olympiques ngo zitangure , bamwe mu banonotsi b’ abarundi bazitabira izo nkino baracari hano mu gihugu, mu gihe ayo mahiganwa azotangura ku munsi wa gatanu, italiki ya 5 z’uku kwezi. Abo nabo akaba ari Antoinette Kasongo azoserukira urukino rwa Judo ku batarenza ibiro 52, Inamahoro Elsie ndetse […]
↧
↧
#Burundi|Iburana ry’abagirizwa kugandagura Ltn Gnl Nshimirimana Adolphe
Kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Myandagaro 2016; abasoda 5 hamwe n’abapolisi 3;bagirizwa kuba baragandaguye nyakwigendera Lieutenat General Nshimirimana Adolphe niho barengutswa imbere y’Intahe y’icese, muri Sentare Nkuru y’igihugu ya Mairie ya Bujumbura ishashe mu Ntara ya Gitega. Abacamanza bakaba batashoboye kwinjira mw’ido n’ido ry’urubanza ku mvo z’uko abashingwamanza babo bagirizwa kugandagura uwo muhisi, […]
↧
#Burundi| Abantu bitwaje ibigwanisho bicira umuriro,i Gihanga
K’umugoroba w’ejo kuw’Imana itariki 31 Myandagaro 2016, kw’ibarabara rya 3,muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza; abantu bitwaje ibigwanisho bararashe imodoka yo mu bwoko bwa Fuso haca hakomereke abantu 2 bariko barashaka kunyaga amagara. Kubw’isoko ry’amakuru ry’aho nyene, rimenyeshako iyo modokari yarije iva mu Ntara ya Cibitoke ngo kandi ko abo bagwanyi bari bambaye impuzu z’igisirikare, baje […]
↧
#indundi | Kidum yakoranye indirimbo n’umurwi 3 Hills none bayikoreye amasanamu
Kidum I Kigali yashimye kuhakora amasanamu y’indirimbo Vimba Vimba yakoranye n’umurwi 3 Hills Hope arimwo. Kidum Kibido kibuganizo I Kigali ntiyahashitse ngo akore ibiteramo gusa ahubwo ngo yaragiye n’ugukorana amasanamu y’indirimbo yakoranye n’umurwi 3 Hills usanzwe urimwo Hope hamwe n’abandi banyarwanda babiri. Kidum nkuko yabishize Ku rubuga rwiwe rwa Instagram mu misi ya Vuba cane […]
↧
#indundi | Inyuma y’ugusohoka indirimbo Na Sat-b, Iry Tina ashobora gukora ibiteramo i Burundi
Hampande y’ugushira ahabona indirimbo yiwe nshasha ngo yoba ashaka gukora ibiteramo I Bujumbura cokimwe no hagati y’igihugu. Keya ngo niko karirimbo gashasha k’umuririmvyikazi Iry Tina yakoranye na Sat-b amusanze I Kampala aho uwo mwigeme asanzwe akorera ibikorwa misi yose. Ayo masanamu y’iyo ndirimbo itarashirwa ahabona ngo ariko akora na Kent-p nyene Kora Ent isanzwe ikorera […]
↧
↧
#rwanda | Knowless ngo yatumye bamwe mu bakunzi b’umuziki wiwe bakubitwa
Knowless ngo yarakiye kwikubita agashi ntasuzugure abasanzwe ari abamushikanye ahageze kuko aribo yikorako iyo hageze amatora. Mu gihe Ku musi wa gatandatu abaharurwa ku ntoke ngo aribo bitavye ibirori vyose gusaba irembo iwabo na Knowless, abatari bake ngo barasubijwe inyuma. Uwo muririmvyi avurwako ukuba yibungenze muri kino gihe ngo yaratumye abantu batari bake bakubitwa bakambikwa ibara. […]
↧
#Burundi|Oumbusman Mohamed Rukara ngo ntabwo yari yahunze namba!
K’uruyu w’Imana igenekerezo rya 31/08/2016, Omboudsman Muhamed RUKARA niho yashika ngaha i Bujumbura , igihe yaravuye mu gihugu c’ububirigi aho yari yajanwe n’ibijanye n’amagara yiwe. Igihe yashika ngaha ku kibuga c’indege ca Bujumbura, yakiriwe n’inzego zitandukanye hamwe n’abo bakora mu gisata arongoye,ibirori vyo kumwakira bikaba vyaciye bibandaniriza mu nyubakwa za “Fondation Salama”. […]
↧
#Burundi|Un an après, retour sur l’agression du correspondant de RFI
Le 2 août 2015, le correspondant de RFI au Burundi, Esdras Ndikumana se rend sur les lieux de l’assassinat d’un proche du président, le général Adolphe Nshimirimana, l’un des piliers du système sécuritaire. Alors qu’il prend des photos et fait son travail de journaliste, Esdras Ndikumana est interpellé par des agents du service de renseignement, […]
↧